Pular para o conteúdo
Publicidade

Lucas 15

20 Nuko afata akayira aja kwa se.

Akiri kure, se aramubona, afatwa n’ibigumbagumba, ariruka aja kumusanganira, aramugumbira, aramusomagura.

21 Wa muhungu abarira se ati: Data, naracumuye ku Mana yo mw’ijuru, ncumura no kuri wewe. Sinkibereye kwitwa umwana wawe.

22 Ariko se aca abarira abakozi biwe ati: Nimwihute muzane ikanzu nziza iruta izindi muyimwambike, mumwambike n’impeta ku rutoke, n’ibirato ku birenge. 23 Hanyuma muzane n’impfizi ivyibushe muyibage, turye, tunezerwe,

Veja também