13 Ubwo nyene haca haboneka ingabo nyinshi cane zo mw’ijuru zifatanya n’uwo mumarayika, zihimbaza Imana ziti:
14 "Icubahiro kibe ic’Imana mw’ijuru riri hejuru y’ayandi,
kw’isi na ho amahoro abe mu bantu bayihimbara."