Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 2

15 Abo bamarayika bamaze gusubira mw’ijuru, ba bungere baca baravugana bati: "Nimuze tugende i Betelehemu kuraba ivyabaye, ivyo Umwami Imana atubwiye."

16 Baca bagenda bihuta, basangaho Mariya na Yosefu, n’umwana aryamye mu bwato inka ziriramwo. 17 Bamubonye baca babwira bose ivyo babwiwe kuri uwo mwana, 18 kandi abavyumva bose vyarabatangaza cane.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também