Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 22

Yesu avuga ko Petero ahava amwihakana

31 Nuko abwira Petero ati: "Simoni, Simoni, umviriza! Satani yabasavye kugira ngo abagosore nk’uko bagosora ingano. 32 Ariko wewe nagusengeye kugira ngo ntutakaze ukwizera, kandi niwamara kwihana ukangarukako uze ukomeze bene So."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também