Pular para o conteúdo
Publicidade

Lucas 5

Ibijanye no kwisonzesha

33 Baca baramubaza bati: "Ni kuki abigishwa ba Yohana, co kimwe n’abAbafarisayo bisonzesha kenshi bakongera bagasenga, ariko abawe bakaguma birira kandi binywera nk’uko bisanzwe?"

34 Yesu arabishura ati: "Mbega abatumire b’umukwe bokwisonzesha bakiri kumwe na we mu musi mukuru? Ntibishoboka! 35 Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe."

Veja também