14 Maze Yesu yegera isandugu yarimwo ikiziga, abari bayiteruye baca barahagarara. Hanyuma avuga ati: "Muhungu, ndakubwiye, haguruka!"