Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 13

24 Muri iyo misi, inyuma y’ayo makuba,

izuba rizocura umwijima,

n’ukwezi ntikuzosubira kubonesha,

25 inyenyeri zizokoragurika ziva kw’ijuru,

kandi n’ivyinkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa. 13:25 Yesaya 13:10; 34:4

26 Ni ho abantu bazobona Umwana w’Umuntu aserutse mu bicu afise ubushobozi buhambaye n’ubwiza bwinshi. 27 Azotuma abamarayika biwe bakoranye abatoranijwe na we babakuye ku mpande zine z’isi, kuva aho itangurira gushika aho amajuru aherera.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também