Pular para o conteúdo
Publicidade

Marcos 14

55 Abaherezi bakurubakuru n’abagize inama nkuru y’idini ry’Abayuda14:55 Inama nkuru y’idini bari abarongozi mirongo indwi n’umwe bari barongowe n’umuherezi mukuru., bagerageza kurondera ibirego vyotuma Yesu acirwa urubanza rwo gupfa, ariko ntibaronka na kimwe.

Veja também