Umwami w’Isabato
23 Umusi umwe, ku musi w’Isabato, Yesu yariko aca mu mirima y’ingano ari kumwe n’abigishwa biwe. Bariko bararengana, abigishwa biwe bagenda baraca imitwe y’ingano zeze.