Pular para o conteúdo
Publicidade

Marcos 4

Umugani w’akabuto gato

30 Yesu yongera kuvuga ati: "Mbega Ubwami bw’Imana twobugereranya n’iki? Twokoresha uwuhe mugani mu kubusigura? 32 Ariko iyo gatewe, karakura kakaba igiti kiruta ibindi vyose. Amashami yaco arakura, akaba manini kugeza n’aho inyoni ziza zikarika mu gitutu caco."

Veja também