Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 6

41 Yesu afata ya mikate itanu na za fi zibiri, araba mw’ijuru, abishimira Imana. Hanyuma amanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa ngo bayigaburire abantu. Abagaburira na za fi bose uko bangana. 42 Nuko bose bararya kandi barahaga. 43 Hanyuma abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri vy’ivyasigaye kuri ya mikate na za fi.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também