Pular para o conteúdo
Publicidade

Neemias 9

5 Kandi Abalewi ari bo Yesuwa, Kadimiyeli, Bani, Hashabuneya, Sherebiya, Hodiya, Shebaniya na Petahiya, baravuga bati: "Nimuhaguruke muhimbaze Uhoraho Imana yanyu, yamyeho kandi izokwamaho." Barasenga bati:

"Izina ryawe ry’icubahiro riragahezagirwa, kandi rishirwe hejuru y’imihezagiro yose no guhimbazwa kwose.

Veja também