Publicidade

Efésios 6

19 Nanje munsabire kugira ngo nimbumbuura akanwa, Imaana impe ubutumwa bukwiriye, kugira ngo mvuge nshize amanga menyeeshe abantu ibanga ry’ubutumwa bwiza. 20 Ubwo butumwa ni bwo mpagarariye n’ubwo ndi mu gihome. Icampa nkavuga ubutumwa nshize amanga nk’uko bikwiriye.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-