Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyakozwe 2

Petero yigisha isinzi ry’abantu

14 Petero aca arahaguruka ari kumwe na bamwe cumi n’umwe, avuga n’ijwi rirenga abwira abari ngaho ati: "Bayuda benewacu, namwe mwese muri i Yerusalemu, nimuntege amatwi, mutahure neza ibibaye. 15 Aba bantu ntibaborewe nk’uko bamwe muvyiyumvira. Raba haracari isaha zitatu z’igitondo. 16 Ibi ni ivyari vyaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yoweli, aho yavuga ati:

17 Uku ni ko Imana ivuze, iti: Mu bihe vya nyuma

nzosuka Mpwemu wanje ku bantu bose;

abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovugishwa nanje,

n’abasore banyu bazobona ivyo beretswe,

abatama banyu bazorota inzozi.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também