Publicidade

Atos 8

36 Bakiri mu nzira bagenda, bashika ahantu hari amazi, ya nkone iravuga iti: "Ko hano hari amazi, ni igiki combuza kubatizwa?"

[ 37 Filipo aramwishura ati: "Niwaba wizeye n’umutima wawe wose, urashobora kubatizwa."

Na we arishura ati: "Ndizeye ko Yesu Kristo ari Umwana w’Imana."]8:37 Mu nzandiko zimwezimwe za Bibiliya aya majambo ntarimwo. 38 Nuko aca ategeka ko bahagarika umukogote, barururuka baja mu mazi, Filipo aca aramubatiza.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_23-13-58-