4Mwame munezerewe mu mwami, ndabisubiyemwo ubugira kabiri: nimunezerwe.
20Icubahiro kibe ic’Imana Data wa twese ibihe vyose, Amen.
23Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo bubane n’impwemu yanyu. Amen.
52 resultados encontrados
4Mwame munezerewe mu mwami, ndabisubiyemwo ubugira kabiri: nimunezerwe.
20Icubahiro kibe ic’Imana Data wa twese ibihe vyose, Amen.
23Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo bubane n’impwemu yanyu. Amen.
4igihe co kurira n’igihe co gutwenga,igihe co kugandara n’igihe co gutamba,
5igihe co gusanzaza amabuye n’igihe co kuyegeranya,igihe co kugumbirana n’igihe co kwigirana kure,
8igihe co gukunda n’igihe co kwanka,igihe c’intambara n’igihe c’amahoro.
10Ese ayo ngowe, kubona mama yaramvyaye,jewe nkankwa n’igihugu cose!Sinaguranye canke ngo ngire uwungurana,ariko bose baramvuma.
12Mbega umuntu yovuna icuma,icuma kivuye mu buraruko, canke umwakaka?
18Ni kuki umubabaro wanje udashiran’igikomere canje ntigikire?Mbega umbereye nk’umugezi utari wo,nk’isoko umuntu atokwizigira?
10Ariko wahumetse impwemu zaweikiyaga kirabarengera.Basomye nturink’icuma giterewe mw’ibenga.
12Waramvuye ukuboko kwawe kw’i buryoisi irasama imira abansi bacu.
13Mu rukundo rwawe rudaherawarongoye abo wacunguye.Mu nkomezi zawewabashikanye ahera hawe.
10mukambara umuntu mushasha. Uwo na we yama ahinduka mu gutahura, akama arondera gusa n’Umuremyi wiwe.
14Kandi ikirengeye vyose mwambare urukundo, ni wo mugozi udufatanya twese mu bumwe bushitse.
15Amahoro ya Kristo aganze mu mitima yanyu. Kuko nk’uko mugize ingingo z’umubiri umwe, mwahamagariwe kubana mu mahoro. Kandi mube abama bashima.
5Umwami arongorere imitima yanyu mu rukundo rw’Imana no mu kwihangana kuva kuri Kristo.
16Umwami w’amahoro we ubwiwe abahe amahoro ibihe vyose no mu buryo bwose. Umwami abane namwe.
18Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo bubane namwe.
3Hazari-Shuwali, Bala, Ezemu,
20Rabiti, kishiyoni, Ebezi,
36Adama, Rama, Hazori,
2nimwuzuze umunezero wanje mu kugira umutima umwe n’urukundo rumwe, muhuje umutima n’inama mu vyiyumviro no mu ntumbero.
10kugira ngo mw’izina rya Yesu, amavi yose aze apfukame,ari ay’ivyo mw’ijuru, ay’ivyo kw’isi n’ay’ivy’i kuzimu,
29Mumwakire mu Mwami n’umunezero mwinshi, mumuhe icubahiro kibereye abantu nka we,
2Mwame imisi yose mwicisha bugufi, mugira ubugwaneza kandi mwihanganiranira, ku bw’urukundo.
24hanyuma mwambare umuntu mushasha, yaremwe ngo ase n’Imana mu bugororotsi bw’ukuri no mu kwezwa.
32Mugiranire neza kandi mubabarane, mwongere muharirane nk’uko Imana yabahariye muri Kristo.
18Werekanye urukundo ku bantu ibihumbi ariko uzana igihano c’ivyaha vy’abavyeyi ku bana babo. Yewe Mana ihambaye, izina ryawe ni Uhoraho Mushoboravyose,
26Nuko ijambo ry’Uhoraho ritumwa kuri Yeremiya riti:
34Bashinze ibigirwamana vyabo vy’ubuyobe mu Ngoro yitirirwa izina ryanje maze barayihumanya.
10Abakomoka kuri Ara ni amajana atandatu na mirongo itanu na babiri.
20Abakomoka kuri Adini ni amajana atandatu na mirongo itanu na batanu.
40Abakomoka kuri Imeri ni igihumbi na mirongo itanu na babiri.
6Kuko muri Kristo Yesu, ugukebwa canke ukudakebwa nta kimazi bifise. Igihambaye ni ukwizera gukorera mu rukundo.
19Ibikorwa vya kamere muntu biragaragara, ni ibi: ubusambanyi, ibihumanya, ivy’isoni nke,
22Ariko ivyamwa vya Mpwemu Yera ni ibi: urukundo, umunezero, amahoro, ukwihangana, ingeso nziza, kugira neza, ubwizigirwa,
4Nabandikiye mfise agahinda n’umubabaro mwinshi bivanze n’amarira, atari kugira ngo ndabatere imibabaro, ariko nipfuza ko mumenya urukundo rwinshi ndabakunda.
8Ndabinginga rero ngo musubire mumwereke urukundo.
16Ku bariko baja mu mahonero turi umunuko w’urupfu no gutikizwa. Ariko ku bariko barakizwa turi akamoto keza k’ubuzima. Mbega ni nde abereye gukora igikorwa nk’iki?
5kuko numvise ukwizera Umwami Yesu kuri muri wewe, n’urukundo ufitiye abizera bose.
9mpisemwo kubikwingingira mu rukundo. Ndakwinginze jewe Pawulo, umutama kandi vyongeye ubu nkaba n’imbohe ya Kristo Yesu,
10ningingira umwana wanje Onezime, uwo navyaye ndi mw’ibohero.
12Kuko ikibi kizogwira, urukundo rwa benshi na rwo ruzotimba.
17Uwuzoba ari hejuru ku nzu, ntaze asubire mu nzu kurondera ivyo ahungana.
25Ehe raba ndabibabwiye imbere y’uko bishika.
8Ntihagire umwenda mugirira umuntu n’umwe, kiretse uwo gukundana, kuko uwukunda abandi, aba ashikije ivyagezwe.
9Amabwirizwa avuga ngo: "Ntugasambane; ntukice; ntukibe; ntukipfuze ivy’abandi,"13:9 Kuvayo 20:13-15,17; Gusubiramwo 5:17-19,21 hamwe n’ayandi nk’ayo akoranirijwe muri iri rimwe rivuga ngo: "Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda."13:9 Abalewi 19:18
10Uwukunda nta kibi na kimwe yogirira uwo akunda. Uwukunda, aba ashikije ivyagezwe vyose.
16Ko uri akazuyazi, udakonje canke ngo ubire, ngira ndakudahwe.
19Uwo nkunda ndamukankamira, nkanamuhana. None rero, gira umwete, wihane.
20Ehe mpagaze ku muryango ndiko ndadodora. Uwumva ijwi ryanje akugurura umuryango, ndinjira iwe dusangire.
13Mwana wanje, uzoje urarya ubuki, kuko ni bwiza.Ubuki buvuye mu kimamara burasosa ku rurimi.
21Mwana wanje, wubahe Uhoraho, wongere wubahe umwami,kandi ntukifatanye n’abagarariji,
26Inyishu igororotseimeze nk’ugusomana kw’abakundana.
76Icompa urukundo rwawe rukandemesha,nk’uko wasezeraniye umusavyi wawe.
88Mu rukundo rwawe rudashira zigama ubugingo bwanjekugira ngo nitondere ivyo wihanikirije n’akanwa kawe.Lamedi
124Girira umusavyi wawe nk’uko urukundo rwawe rurikandi unyigishe amategeko yawe.
1Umukunzi wawe yagiye hehe,yewe mugore urusha abandi bagore ubwiza?Umukunzi wawe yajanye iyihe nzira,kugira ngo tugufashe kumurondera?Umugeni
3Ndi uw’umukunzi wanje n’umukunzi wanje ni uwanje;aragira mu mashurwe.Umukwe
10Urya ni nde aserutse nk’umutwenzi,mwiza nk’ukwezi, akayagana nk’izuba,akayangana nk’inyenyeri?Umukwe