1Uru ni rwo rukurikirane rw’imiryango ya Shemu, Hamu na Yafeti, abahungu batatu ba Nowa, na bo bakaba bavyaye abahungu inyuma y’umwuzure.
Resultados da busca por "fé"
125 resultados encontrados
- Capítulo 10
Gênesis 10
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 1 de 32 - Capítulo 7
Josué 7
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 21 de 2621Mu vyo twari twanyaze nabonyemwo ikanzu nziza iva i Babiloni, na shekeli amajana abiri7:21 Ni nk’ibilo 2,3. z’ifeza, mbona n’ikigegene c’inzahabu gipima shekeli mirongo itanu7:21 Ni nk’amagarama 575. nca ndavyipfuza. Nabizitse mu kuzimu mw’ihema ryanje, ifeza ni zo ziri musi y’ivyo vyose."
- Capítulo 8
Esdras 8
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 13 de 3613Mu bakomoka kuri Adonikamu niabanyuma muri uwo muryango; amazina yabo akaba yari Elifeleti, Yeweli na Shemaya, n’abagabo mirongo itandatu bari kumwe na bo.
- Capítulo 5
Juízes 5
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 19 de 3119Abami baraje baragwana,abami b’i Kanani baragwanye.I Tanaki, hafi y’amazi y’i Megido,nta feza bashoboye kunyaga.
- Capítulo 1
Efésios 1
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 1 de 231Jewe Pawulo, intumwa ya Kristo Yesu, kubera ugushaka kw’Imana,Ndabandikiye mwebwe abera bo muri Efeso, abizigirwa ba Kristo Yesu:
- Capítulo 32
Jeremias 32
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 9 de 449Nuko nca ngura iryo tongo ryari i Anatoti ryari irya mwene datawacu Hanameli nca ndamupimira shekeli icumi n’indwi32:9 Ni nk’amagarama 200. z’ifeza.
- Capítulo 38
Êxodo 38
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 10 de 3110Rukagira n’inkingi mirongo ibiri n’ivyo zihagazeko mirongo ibiri bikozwe mu butare bw’umwakaka, n’imirinda icuzwe mw’ifeza hamwe n’ibifatanije izo nkingi.
- Capítulo 2
Daniel 2
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 32 de 4932Umutwe w’ico gishusho wari ugizwe n’inzahabu nziza, amaboko n’igikiriza vyari bigizwe n’ifeza, inda n’urukenyerero vyari bigizwe n’umwakaka,
- Capítulo 4
Oséias 4
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 8–17 de 198Kuko abaherezi barya ibivuye mu vyaha vy’abantu banjenta kindi bipfuza atari kubona abantu banje bacumura!
11ubusambanyi,no kunywa umuvinyu wa kera na mushasha,bigatwara ugutahura kwabo.
17Efurayimu yifatanije n’ibigirwamana;nimumureke!
- Capítulo 1
1 Tessalonicenses 1
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 3–8 de 103Iyo tubasengera ku Mana ari yo Data, twama twibuka ibikorwa vyanyu biva ku kwizera, ibikorwa vyanyu bisunitswe n’urukundo, hamwe rero n’ukwihangana kuva mu vyizigiro mufise mu Mwami wacu Yesu Kristo.
4Bene Data, bakundwa b’Imana, turazi neza ko Imana ibakunda, kandi ko yabatoranije,
8Ijambo ry’Umwami wacu ryarasamiranye riva iwanyu, ntiryashika i Makedoniya no muri Akaya gusa, ahubwo ukwizera Imana kwanyu kwaramenyekanye hose. Ni co gituma tutarinda kugira ico tubabwira ku vy’ukwo kwizera,
- Capítulo 15
1 Coríntios 15
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 32 de 5832Nimba naragwanye n’ibikoko vyo mw’ishamba muri Efeso, ata yindi nyungu niteze atari ivyizigiro vyo mu mubiri gusa, nzoba nungutse iki? Kandi nimba ata kuzuka kuriho, nk’uko wa mugani uvuga:"Reka twirire twongere twinywere,kuko ejo tuzopfa."15:32 Yesaya 22:13
- Capítulo 1
Filemom 1
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 5–25 de 255kuko numvise ukwizera Umwami Yesu kuri muri wewe, n’urukundo ufitiye abizera bose.
23Epafura, uwo dusangiye ukubohwa muri Kristo Yesu, arabatasha.
25Ubuntu bw’Umwami Yesu Kristo bubane n’impwemu yawe.
- Capítulo 3
Efésios 3
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 13 de 2113Ndabasaba rero ngo ntimwihebuzwe n’imibabaro ndiko ndacamwo ku bwanyu, kuko ni icubahiro canyu.
- Capítulo 28
Isaías 28
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 2–26 de 292Ehe raba Imana yifitiye umunyenkomezi w’intwari.Imeze nk’urubura canke igihuhusi gisambura,nk’imyuzure isendanisha.Izobakubitisha hasi inkomezi nyishi.
24Mbega umurimyi iyo ariko ararima aho agomba guteragira,yama ariko ararima gusa?Yama ariko ararima ategura ubusize?
26Imana yiwe ni yo imwigishaikamwereka ingene abikora neza.
- Capítulo 30
1 Samuel 30
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 27–29 de 3127Arungikira n’ab’i Beteli, Rama Negebu n’i Yatiri;
28abo muri Aroweri, Sifumoti, Eshitemowa
29n’i Rakali; abo mu bisagara vy’Abayerahimeyeli n’Abakayini;
- Capítulo 3
2 Tessalonicenses 3
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 2–18 de 182Mudusengere kandi kugira ngo Imana idukize abanyakibi, kuko abantu bose si abizera.
5Umwami arongorere imitima yanyu mu rukundo rw’Imana no mu kwihangana kuva kuri Kristo.
18Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo bubane namwe.
- Capítulo 23
1 Crônicas 23
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 14–21 de 3214Bene Mose umuntu w’Imana baharuwe nk’abo mu muryango wa Lewi.
15Bene Mose ni:Gerishomu na Eliyezeri.
21Bene Merari:Mahuli na Mushi.Bene Mahuli:Eliyazeri na Kishi.
- Capítulo 11
2 Coríntios 11
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 2–23 de 332Mfise ipfuhe ryinshi riva ku Mana ku bwanyu. Nabateguye ngo mube umugeni azogira ubukwe n’umugabo umwe gusa, ari we Yesu Kristo, ngo nze ndabashikane imbere yiwe mumeze nk’inkumi itunganye rwose.
11Kubera iki mvuze uko? Mbega ni kubera ntabakunda? Haba na mba, n’Imana irabizi.
23Mbega ni abakozi ba Kristo? (Nataye ubwenge kubona ndiko mvuga uku.) Ndabaruta. Nakoze cane kubasumvya, nashizwe mw’ibohero kenshi, nakubiswe kenshi katoharurwa, nahatswe gupfa kenshi.
- Capítulo 2
Tiago 2
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 1–20 de 261Bene Data, abizera Umwami wacu w’ubwiza Yesu Kristo, ntibarobanura ku butoni.
5Umviriza bene Data nkunda. Mbega Imana ntiyatoranije abitwa abakene muvy’iyi si ngo babe abatunzi mu vyo kwizera no kuzoragwa Ubwami yasezeraniye abayikunda?
20Mbega imburabwenge! Ukeneye ikikwemeza ko ukwizera kutagira ibikorwa ata co kumaze?
- Capítulo 1
1 Pedro 1
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 18 de 2518Murazi ko mwacunguwe mukava mu buzima butagira ikimazi, ubwo mwarazwe na ba sogokuruza. Iyo ncungu si ibintu bishira nk’ifeza canke inzahabu,