24Ageze aho, Fesitusi aca amuciramwo arasemerera ati: "Erega Pawulo wasaze! Ivyigwa vyinshi wize vyaragusarishije."
Resultados da busca por "fé"
87 resultados encontrados
- Capítulo 26
Atos 26
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 24 de 32 - Capítulo 10
Hebreus 10
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 6–22 de 396amashikanwa aturiwe n’amashikanwa y’ivyahantivyaguhimbaye.
15Kandi na Mpwemu Yera na we arabitwemeza. Kuko avuga ngo:
22muze twegere aho Imana iri dufise imitima irimwo ukuri kandi tuyizeye ata gukekeranya, imitima yacu yogejwe igakurwamwo ibiyagiriza, n’imibiri yacu yogeshejwe amazi meza.
- Capítulo 16
Juízes 16
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 5 de 315Abatware b’Abafilisitiya baja kuraba Delila bamubwira bati: "Uzohendahende Samusoni akubwire aho akura inkomezi, akubwire n’ukuntu twomunesha kugira ngo tumubohe, tumumare amanyama. Umwe wese muri twebwe azoguha shekeli igihumbi n’ijana16:5 Ni nk’ibilo 13. z’ifeza."
- Capítulo 32
Jeremias 32
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 9 de 449Nuko nca ngura iryo tongo ryari i Anatoti ryari irya mwene datawacu Hanameli nca ndamupimira shekeli icumi n’indwi32:9 Ni nk’amagarama 200. z’ifeza.
- Capítulo 38
Êxodo 38
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 10 de 3110Rukagira n’inkingi mirongo ibiri n’ivyo zihagazeko mirongo ibiri bikozwe mu butare bw’umwakaka, n’imirinda icuzwe mw’ifeza hamwe n’ibifatanije izo nkingi.
- Capítulo 14
João 14
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 17–30 de 3117ni we Mpwemu w’ukuri. Isi ntishobora kumwakira, kuko itamubona kandi itamuzi. Ariko mwebwe muramuzi, kuko abana namwe kandi azoba muri mwebwe.
18Sinzobasiga nk’impfuvyi; nzoza aho muri.
30Nta mwanya ngifise wo kubabwira vyinshi, kuko umutware w’iyi si agira aze. Jewe nta bubasha amfiseko,
- Capítulo 10
Levítico 10
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 7 de 207Ntimuve imbere y’Ihema ry’Ibonaniro kugira ngo ntimupfe, kuko amavuta yo kurobanura y’Uhoraho ari kuri mwebwe." Nuko bakora nk’uko Mose yavuze.
- Capítulo 10
Romanos 10
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 8–17 de 218Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: "Ijambo riri hafi yawe; mbere riri mu kanwa kawe no mu mutima wawe."10:8 Gusubiramwo 30:14 Iryo jambo ni bwo Butumwa bwo kwizera tuvuga.
10Kuko umuntu yizeye mu mutima aca yemerwa n’Imana nk’umugororotsi, kandi iyo yatuye n’akanwa kiwe bituma akizwa.
17Mu vy’ukuri ukwizera kuzanwa no kwumva Ubutumwa Bwiza, ari ryo jambo rya Kristo.
- Capítulo 38
Salmos 38
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 8–14 de 228Mfise intege nke, ndavunaguritse;ngenda ngandaye mu mutima.
13Meze nk’igipfamatwi, kidashobora kwumva,nk’ikiragi, kidashobora kuvuga;
14nabaye nk’uwutumva,uwo akanwa kiwe kadashobora kwishura.
- Capítulo 15
Números 15
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 4–9 de 414uwuzozana ishikanwa ryiwe aze ashikanire Uhoraho ishikanwa ry’ifu ringana n’ic’icumi c’ingero efa15:4 Ni nk’ikilo 1,6. y’ifu inoze neza ivanze n’ica kane c’ingero hini15:4 Ni nk’ilitiro 1 y’amavuta.
6Ku mpfizi y’intama yose muze mutegure ishikanwa ry’ifu ringana na bibiri vya cumi vy’ingero efa15:6 Ni nk’ibilo 3,2. y’ifu inoze neza ivanze n’ica gatatu c’ingero hini15:6 Ni nk’ilitiro n’ibice bitatu y’amavuta,
9muze muzane iyo shuri hamwe n’ishikanwa ringana na bitatu vya cumi vy’ingero efa15:9 Ni nk’ibilo 5 y’ifu inoze neza ivanzwe n’igice c’ingero hini15:9 Ni nk’ilitiro 1,9. y’amavuta.
- Capítulo 25
1 Crônicas 25
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 11–22 de 3111Ubupfindo bwa kane bwerekana Iziri,abahungu biwe hamwe na benewabo, baba cumi na babiri.
21Ubupfindo bwa cumi na kane bwerekana Matitiya,abahungu biwe hamwe na benewabo, baba cumi na babiri.
22Ubupfindo bwa cumi na gatanu bwerekana Yeremoti,abahungu biwe hamwe na benewabo, baba cumi na babiri.
- Capítulo 23
Atos 23
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 24 de 3524Mutegurire Pawulo amafarasi kugira ngo ashikirizwe Felisi, umukuru w’intara, ata nkomanzi."
- Capítulo 6
João 6
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 11–56 de 7111Yesu afata ya mikate, ayishimira Imana, ayiha abari bicaye ngaho. Na za fi azigenza uko. Abantu bararya nk’uko babishaka.
48Ni jewe mukate w’ubugingo.
56Umuntu wese arya umubiri wanje akanywa n’amaraso yanje aguma muri jewe nanje nkaguma muri we.
- Capítulo 16
Levítico 16
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 2 de 342Uhoraho abwira Mose ati: "Bwira mukuru wawe Aroni ntaze yinjire uko yishakiye Ahera Cane inyuma ya ca gihuzu gikingiriye imbere ya wa mupfundikizo batangirako ibimazi vyo kwicungura uri kw’Isandugu y’Isezerano, kugira ngo ntapfe; kuko nzobonekera mu gicu hejuru ya wa mupfundikizo utangirwako ikimazi co gucungura.
- Capítulo 72
Salmos 72
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 4–8 de 204Ese yogwanirira abanyamibabaro bo mu bantuagakiza abana b’umukene;akamara inkomezi umunyagahahazo.
6Ese yomera nk’imvura igwa kw’isi yumye,nk’imvura itosa isi.
8Ese yoganza kuva ku kiyaga gushika ku kindino kuva ku ruzi Efurate gushika ku mpera z’isi.
- Capítulo 2
1 Crônicas 2
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 5–43 de 555Bene Perezi ni aba:Hezironi na Hamuli.
28Bene Onamu ni:Shamayi na Yada.Bene Shamayi ni:Nadabu na Abishuri.
43Bene Heburoni ni:Kora, Tapuwa, Rekemu na Shema.
- Capítulo 34
Números 34
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 19–24 de 2919Aya ni yo mazina yabo:Kalebu mwene Yefune,wo mu muryango wa Yuda;
23Haniyeli mwene Efodi,umukuru wo mu muryango wa Manase mwene Yosefu;
24Kemuweli mwene Shifutani,umukuru wo mu muryango wa Efurayimu mwene Yosefu;
- Capítulo 12
João 12
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 24 de 5024Ndababwire ukuri, iyo urutete rw’ingano rudatewe mw’ivu ngo rupfe, ruguma ari rumwe gusa. Ariko iyo rutewe rugapfa, bituma rwama izindi ntete nyinshi cane.
- Capítulo 148
Salmos 148
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículos 9–12 de 149yemwe misozi n’uturambi twose,biti vyama n’amasederi yose,
11bami bo kw’isi n’amahanga yose,yemwe baganwa n’abatware bose bo kw’isi,
12yemwe basore n’inkumi,batama namwe bana.
- Capítulo 4
1 Crônicas 4
Kirundi Contemporary BibleMostrando versículo 6 de 436Nayara yamuvyariye Ahuzami, Heferi, Temeni na Hayahashitari. Abo ni bo bakomotse kuri Nayara.