8 Maze Daniyeli agira imigabo yo kutihumanisha ivyokurya n’umuvinyu vy’umwami, aca asaba umukuru w’abakozi b’i bwami ngo amwemerere kutavyihumanisha.
16 Kuva ico gihe, umwe abajejwe aca abemerera kwama barya imboga, ntiyongera kubahatira ku vyokurya n’umuvinyu bari bategekanirijwe.