Pular para o conteúdo
Publicidade

Daniyeli 3

5 Mucumva inzamba, imyironge, ikembe, inanga, imiduri n’ibindi bikoresho vyose bicurarangwa, bisamiranye, muce mwikubita hasi mwubamye, kugira ngo musenge ico gishusho c’inzahabu umwami Nebukadineza yashinze. 6 Umuntu wese ataja kwikubita hasi ngo asenge ico gishusho, aca afatwa atererwe mw’itanure ry’umuriro uhinda."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também