Publicidade

Eclesiastes 3

12 Ndazi ko ku bantu ata kiruta kunezerwa no gukora ivyiza bakiriho. 13 Iyi ni yo ngabire y’Imana, ni uko umuntu wese arya akanywa, agahimba mu bivuye mu butame bwiwe bwose.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-