Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 1

13 Ariko wa mumarayika aramubarira ati: "Zakariya we, ntutinye, kuko Imana yumvise ugusenga kwawe. Umugore wawe Elizabeti agiye kukuvyarira umwana w’umuhungu, na we uze umwite Yohana. 14 Uwo mwana azogutera kunezerwa no guhimbarwa, kandi ivuka ryiwe rizonezereza benshi,

Veja também