Publicidade

Lucas 1

63 Zakariya aca asaba ico kwandikako, yandika ati: "Izina ryiwe ni Yohana." Bose baratangara. 64 Ubwo nyene akanwa kiwe gaca karuguruka, ururimi ruragoboroka, aca atangura kuvuga ahimbaza Imana.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-22_10-02-25-