11 Uwu musi, umukiza yabavukiye mu gisagara ca Dawidi, ni we Kristo, Umwami. 12 Iki ni co kizobabera ikimenyetso: muzosanga uruyoya ruzingiriweko impuzu, ruryamitswe mu bwato inka ziriramwo."