6 Bakiri i Betelehemu, igihe co kwibaruka kiragera, 7 maze avyara umwana wiwe w’imfura, amuzingira mu mpuzu z’uruyoya, aca amuryamika mu bwato inka ziriramwo, kuko bari babuze ikibanza mu nzu y’ingenzi.
Publicidade