Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 21

34 Mwiyubare, imitima yanyu ntiremerwe n’akaborerwe hamwe n’ibihimbaro bijanye na ko, canke imyitwarariko y’ivyubu buzima, kugira ngo uwo musi ntuze ubashikeko giturumbuka, 35 kuko uko ari ko uzoshika ku bari kw’isi bose. 36 Nuko rero mwame maso, musenge kugira ngo muze muronke inkomezi zibashoboza kurengana ivyo vyose, no kugira ngo muze mushobore guhagarara imbere y’Umwana w’Umuntu."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também