Pular para o conteúdo
Publicidade

Lucas 22

3 Nuko Satani yinjira muri Yuda Isikariyote, umwe muri bamwe cumi na babiri, 4 na we aca aja ku baherezi bakurubakuru hamwe n’abakuru b’abarinzi b’urusengero ngo bavugane ingene yobashikiriza Yesu. 5 Na bo baranezerwa cane, baca bumvikana kumuha amahera. 6 Yuda na we aravyemera, maze aca atangura kurondera akaryo keza ko kumubashikiriza ata bantu benshi bahari.

Veja também