Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 22

Bafata Yesu

47 Yesu akiriko aravuga, haca haza abantu benshi, barongowe na Yuda, umwe muri ba bigishwa cumi na babiri. Nuko yegera Yesu, aramusoma. 48 Yesu aca amubwira ati: "Yuda, ugurishije Umwana w’Umuntu mu kumusoma?"

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também