Publicidade

Lucas 9

Yesu arungika bamwe cumi na babiri

1 Yesu akoranya bamwe cumi na babiri, abaha ububasha bwo kwirukana abadayimoni no gukiza ingwara, 2 aca abarungika kwigisha ivy’Ubwami bw’Imana no gukiza abagwaye.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_21-26-40-