Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 9

32 Petero na bagenziwe bari basinziriye cane; bikanguye babona ubwiza bwa Yesu, na ba bagabo bari bahagararanye na we. 33 Mose na Eliya bakiriko baratandukana na Yesu, Petero aramubarira ati: "Mwigisha, bitubereye vyiza kuba hano. Reka tuhashinge amahema atatu: iryawe, irya Mose, n’irya Eliya." (Ariko Petero ntiyari azi ivyo ariko aravuga.)

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também