30 Bahashitse, baca babwira Yesu ko inabukwe wa Simoni ari ku buriri, agwaye kandi ashushe cane. 31 Nuko Yesu yegera aho ari, amufata ukuboko, aramuhagurutsa. Bwa bushuhe buca burahera, aca arabazimana.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.