Publicidade

Marcos 1

Ukubatizwa kwa Yesu n’ukugeragezwa kwiwe

9 Muri ico gihe, Yesu ava i Nazareti mu ntara y’i Galilaya, aja ku ruzi Yorodani, abatizwa na Yohana. 10 Akiva mu mazi, abona ijuru ryugurutse, Mpwemu Yera amuzako asa n’inuma.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_23-13-58-