Publicidade

Marcos 10

11 Arabishura ati: "Umuntu wese yirukana umugore wiwe akarongora uwundi, aba asambanye, kandi aba acumuye kuri uwo wa mbere. 12 Kandi iyo umugore yahukanye n’umugabo wiwe akarongorwa n’uwundi mugabo, na we nyene aba asambanye."

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-