Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 10

43 Uko si ko bikwiye kumera muri mwebwe. Uwushaka kuba mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umukozi wanyu, 44 kandi uwushaka kuba uwa mbere akwiye kuba umugurano wa bose. 45 Kuko n’Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no gukorerwa, ahubwo yazanywe no gukorera abandi no gutanga ubuzima bwiwe ngo bube incungu ya benshi."

Veja também