44 Pilato aca aratangara yumvise ko Yesu yamaze gucikana. Nuko ahamagara ya ntwazangabo y’Umuroma amubaza ko Yesu yamaze gupfa. 45 Na we amubwira ko ari vyo. Pilato aca aha uruhusha Yosefu rwo gutora ikiziga ca Yesu.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.