Pular para o conteúdo
Publicidade

Marcos 4

3 "Umviriza! Habaye umurimyi yasohoye imbuto ziwe aja kubiba. 4 Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, hanyuma inyoni ziraza zirazinobagura. 5 Izindi zigwa ku rutare, ahantu hatagira ivu ryinshi; zica zimera ningoga kuko ivu ryari rike. 6 Ariko izuba ryatse, za mbuto zica ziruma kuko imizi yazo itashika kure. 7 Izindi mbuto zigwa mu mahwa; zimaze kumera, ayo mahwa arakura arazinyoha, ntizashobora kwama. 8 Ariko hari n’imbuto zaguye mw’ivu ryiza. Izo zarameze, zirakura kandi zirama; zimwe zama mirongo itatu, izindi mirongo itandatu, izindi ijana."

9 Hanyuma aca ababwira ati: "Uwufise amatwi yumva, niyumve!"

Veja também