Publicidade

Marcos 4

38 Yesu we yari aryamye inyuma mu bwato, yiseguye yisinziririye. Abigishwa baramukangura, bamubwira bati: "Mwigisha, nta co bikubwiye ko tugira twicwe n’amazi?"

39 Nuko Yesu aravyuka, akankamira uwo muyaga, abwira ikiyaga ati: "Hora, tekereza!" Wa muyaga uca urahagarara, haba agahwekere.

40 Aca abwira abigishwa biwe ati: "Ni kuki mufise ubwoba? Mbega n’ubu nta kwizera mugira?"

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-