Pular para o conteúdo
Publicidade

Oséias 1

Umugore wa Hoseya n’Abana biwe

2 Igihe Uhoraho yatangura kuvugisha Hoseya, yamubwiye ati: "Genda urongore umugore w’umumaraya, kugira ngo uvyarane na we abana, kuko kurya umugore w’umusambanyi ahemuka, ni ko n’iki gihugu cahemukiye Uhoraho mu gusenga ibigirwamana."

Veja também