Pular para o conteúdo
Publicidade

Atos 10

4 Koruneliyo na we amuhanga amaso yuzuye ubwoba, aramubaza ati: "Ni iki ga Mwami?"

Uwo mumarayika aramwishura ati: "Amasengesho yawe n’ibikorwa vyawe vyo gufasha abakene vyaduze imbere y’Imana biba ishikanwa ry’icibutso.

Veja também