Publicidade

Atos 2

38 Petero arabishura ati: "Umuntu wese muri mwebwe niyihane, abatizwe mw’izina rya Yesu Kristo, kugira ngo ivyaha vyanyu bibone guharirwa, ni ho muzoronka ingabire ya Mpwemu Yera. 39 Kuko iryo sezerano ari iryanyu, n’abana banyu, n’abari kure bose, abazohamagarwa n’Umwami Imana yacu bose."

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_23-13-58-