Publicidade

Atos 20

35 Muri vyose, naberetse akarorero keza ko dutegerezwa gukora cane kugira ngo dufashe abatishoboye, twibuka amajambo y’Umwami Yesu ubwiwe, we yavuze ati: Hari umugisha mu gutanga kurusha mu guhabwa.’ "

36 Ahejeje kuvuga ivyo, aca apfukama hamwe na bo barasenga. 37 Bose baraturikisha bararira, bamusezera bamugumbira. 38 Icabababaje kurusha ibindi, ni uko yari yababwiye ko batazosubira kumubona. Nuko baca baramuherekeza gushika ku bwato.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-