Pular para o conteúdo
Publicidade

Daniyeli 10

12 Maze aca arabandanya ati: "Daniyeli, ntutinye. Kuva umusi wa mbere watanguriyeko gusenga usaba gutahura kandi wicishije bugufi imbere y’Imana yawe, amajambo yawe yarumvikanye mw’ijuru, none nje nkuzaniye inyishu y’amasengesho yawe.

Veja também