Pular para o conteúdo
Publicidade

Daniyeli 3

17 Nimba duterewe mw’itanure ry’umuriro uhinda, Imana dukorera irashobora kuturokora muri iryo tanure ry’umuriro uhinda, kandi iraturokora idukure mu bubasha bwawe, Nyeningoma. 18 Ariko n’aho itobikora, twagomba tukumenyeshe neza, Nyeningoma ko tudashobora gukorera imana zawe kandi ko tudashobora gusenga igishusho c’inzahabu washinze."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também