26 "Uwugomba kunkurikira ariko ntiyanke se, canke nyina, canke umugore wiwe, canke abana biwe, canke abo bavukana, ndetse n’ubuzima bwiwe na bwo nyene, ntashobora kuba umwigishwa wanje. 27 Kandi uwutikorera umusaraba wiwe ngo ankurikire, ntashobora kuba umwigishwa wanje.