8 Ariko Zakayo arahaguruka, abarira Umwami Yesu ati: "Mwami, ngira mfate ica kabiri c’ivyo ntunze ndakigaburire aboro, kandi nimba hari uwo nivye, ndabimuriha incuro zine."
9 Yesu aca avuga ati: "Uwu musi agakiza kinjiye muri iyi nzu, kuko uwu na we ni umwana wa Aburahamu.