Ukubatizwa kwa Yesu n’ukugeragezwa kwiwe
9 Muri ico gihe, Yesu ava i Nazareti mu ntara y’i Galilaya, aja ku ruzi Yorodani, abatizwa na Yohana. 11 Maze ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru riti: "Uri Umwana wanje nkunda, akampimbara."