Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 11

Yesu avuma igiti c’umusukoni

12 Ku musi ukurikira, bariko baragenda bava i Betaniya, Yesu yumva arashonje. 13 Akiri kure abona igiti c’umusukoni gitotahaye, aca aja kuraba ko hari ivyamwa gifise. Agishikiriye ntiyagira icamwa agisangako, atari amababi kuko kitari igihe caco co kwama. 14 Maze abwira ico giti ati: "Ntugasubire kwama na rimwe!" Ivyo yabivuze abigishwa biwe bumva.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também