Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 4

33 Yesu yigisha abantu akoresheje imigani myinshi isa n’iyo, akurikije ivyo bashobora gutahura. 34 Nta kintu na kimwe yabigishije adakoresheje imigani. Ariko asigaranye n’abigishwa biwe bonyene, yaca abasigurira vyose.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também