Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 5

22 Maze haza umwe mu bakuru b’isinagogi, yitwa Yayiro. Abonye Yesu, apfukama imbere yiwe, 23 aramutakambira ati: "Umukobwa wanje ari ku mpfiro. Ndakwinginze uze umurambikeko ibiganza akire abe muzima." 24 Nuko Yesu ajana na we.

Kandi hari abantu benshi bari bamukurikiye, bamubanda.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também