Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 6

21 Maze igihe kimwe Herodiya aronka akaryo. Ku musi mukuru wo kwibuka ivuka rya Herode, umwami yateguye umusi mukuru atumira abategetsi bakurubakuru bo ku ngoma yiwe, intwazangabo hamwe n’abatware bo mu ntara ya Galilaya. 22 Maze umukobwa wa Herodiya araza aratamba, anezereza cane Herode n’abatumire biwe.

Umwami aca abwira uwo mukobwa ati: "Nsaba ico ushaka cose, ndakiguha."

Veja também